Coronavirus-Cameroun: Le musicien Manu DIBANGO décède à 86 ans

C'est la légende planétaire de l'afro-jazz qui vient d’être emportée par le Coronavirus.Oui,ce 24 mars 2020,Manu Dibango est décédé à l'âge de 86 ans, dans un hôpital de la région parisienne. Né le 12 décembre 1933 à Douala (Cameroun), dans une famille protestante très stricte, il a été envoyé par son père en France à … Continuer la lecture de Coronavirus-Cameroun: Le musicien Manu DIBANGO décède à 86 ans

Ku myaka 44 yibarutse umwana we wa 18!

Ses 18 enfants

Uyu mubyeyi Livia Ionce abaye uwa mbere mu bagore bagize amahirwe yo kororoka.Nk'Umunyakanada ufite inkomoko mu gihugu cya Rumaniya, yishimiye kubyara umwana we wa 18; ibintu bitari biherutse kubaho muri iyi myaka 20 ishize Koko rero, ku kigero cy'imyaka 44 y'amavuko, Livia Ionce yibarutse umukobwa bahaye izina rya Abigail.Yavutse apima ibiro 3,5 maze Alexandru, se … Continuer la lecture de Ku myaka 44 yibarutse umwana we wa 18!